Ng'ibi bimwe mu bimenyetso vy'indwara y'umutima

Umuforomakazi ariko arapima umutima w'umukenyezi.

Umuforomakazi ariko arapima umutima w'umukenyezi. Source: Unsplash

Get the SBS Audio app

Other ways to listen

Woba uzi amagara y'umutima wawe? Ni vyiza ko umenya inyishu yavyo kuko indwara y'umutima ihitana benshi muri Australia. Ivyigwa vyo mu 2017 vyerekana yuko umwe mubanye Australia batatu ntibazi ibimenyetso vyibanze.



Share