Kumenya ibimenyetso vy’indwara yo mu mutwe mbere

Umuntu yicurikiriye y'ubitse umutwe mu biganza

Umuntu yicurikiriye y'ubitse umutwe mu biganza Source: Pexels/Pixabay

Get the SBS Audio app

Other ways to listen

Abantu bafise indwara zo mu mutwe akenshi bisanga bagize ubumuga bwo k’umubiri. Zirengangijwe, indwara zo mu mutwe zirashobora guteza ibindi bibazo bikomeye cane. Ariko habonetse ubufasha ku gihe, umuntu arashobora gukira akaba mu zima kandi agakomera cane.



Share